Skip to content

Latest commit

 

History

History
186 lines (93 loc) · 12.6 KB

gahuza.md

File metadata and controls

186 lines (93 loc) · 12.6 KB

BBC Gahuza

Ikete ryo gusubiza hamwe Zelensky yandikiye Trump ryerekana ko ata yindi nzira asigaranye

2025 Werurwe 6, Kuwa kane 09:26:16

Umunyamakuru wa BBC muri Ukraine abona ko, kubona Zelensky aca bugufi ata kintu na kimwe yijejwe ku bijanye n'umutekano w'igihugu ciwe, ashobora kuba abona ko Amerika ari yo nzira yonyene afise.

Abasiganwa "bari batekanye" mu Rwanda mu gihe hari havuzwe impungenge z'umutekano

2025 Werurwe 6, Kuwa kane 06:08:45

Abasiganwa, abariteguye, n'abafana babwiye BBC ko nta kibazo cy'umutekano cyabaye muri Tour du Rwanda, nubwo hakurya muri DR Congo havugwaga imirwano.

Ibintu icenda kuri Lesotho - igihugu Trump avuga ko 'ata muntu n'umwe yari bwumve'

2025 Werurwe 6, Kuwa kane 06:37:21

Ni igihugu gitoyi co muri Afrika y'ubumanuko hafi cose kigizwe n'imisozi kandi gikikijwe na Afrika y'Epfo, igihugu conyene kw'isi kiri ku metero 1000 hejuru y'ibahari cose uko cakabaye.

Ubwongereza 'ntibuzishyura' u Rwanda andi mafaranga ku masezerano y'abimukira yahagaze

2025 Werurwe 5, Kuwa gatatu 04:58:42

U Rwanda ruvuga ko ubutegetsi bwa Starmer bwananiwe guhagarika ayo masezerano mu buryo buteganywa n'amategeko, nubwo bwose bwatangaje ko atagikomeje nyuma yo gutsinda amatora.

Intambara ya Congo: Bemera kwiroha muri Rusizi bahunga ngo M23 ntibinjize mu gisirikare cayo ku nguvu

2025 Werurwe 5, Kuwa gatatu 10:50:00

Ibihumbi n'ibihumbi vy'Abanye-Congo bahitamwo kwiroha muri Rusizi barondera guhungira mu Burundi.

RD Congo: Imirwi ibiri ya Wazalendo yarwanye i Butembo abababa cumi barapfa

2025 Werurwe 5, Kuwa gatatu 06:15:03

Wazalendo ni urunani rwatangujwe mu 2023, rukaba ruhurikiyemwo imihari y'inyeshamba ishigikiye ingabo za reta mu buseruko bwa Congo, mu rugamba rwo kurwanya inyeshamba z'umuhari M23 uvugwa ko ushiikiwe n'Urwanda.

Inyuma yo gushamirana na Zelensky, Trump yahagaritse imfashanyo ya gisirikare Amerika iha Ukraine

2025 Werurwe 4, Kuwa kabiri 08:02:46

Ubutegetsi bwa Trump mu bisanzwe bushaka ko Perezida Zelensky asinya amasezerano ku mabuye y'agaciro, "akagiriranira amasezerano y'amahoro" n'Uburusiya, ataco abanje kwizezwa ku bijanye n'umutekano w'igihugu ciwe.

Aba Islam muri Nigeria bafashwe kubera kurya ku mugaragaro muri Ramadan

2025 Werurwe 4, Kuwa kabiri 11:05:24

Abantu bose hamwe 25 barafashwe kuko batisonzesheje canke bagurishije ivyo kurya mu kwezi kwo kwisonzesha.

Canada yafatiye u Rwanda ibihano, na rwo ruvuga ko ruyisaba ibisobanuro ku 'birego bisebanya"

2025 Werurwe 4, Kuwa kabiri 05:13:21

U Rwanda runenga Canada "gucece guteye isoni ku bikorwa bikabije" bihonyora uburenganzira bwa muntu ruvuga ko leta ya Congo ikorera abaturage bayo ubwayo.

Icyamamare Dolly Parton yapfushije umugabo bari bamaranye imyaka 60

2025 Werurwe 4, Kuwa kabiri 06:01:13

Mu gutangaza urupfu rw'umugabo we, Dolly Parton yagize ati: "Amagambo ntiyasobanura urukundo twasangiye mu myaka irenga 60 ishize".

FDLR iremeza ko Brig. Gen. Gakwerere wahawe u Rwanda yari mu bakuru bayo

2025 Werurwe 3, Kuwa mbere 08:22:44

Umuvugizi wa FDLR yabwiye BBC ko Gakwerere werekanywe ku wa gatandatu yafashwe nyuma y'igihe kinini arwariye i Goma 'mu bwihisho'.

Ibihumbi vy'Abanye-Congo basaba Uburaya kurungika ingabo muri Congo mu myiyerekano yabereye Brussels

2025 Werurwe 3, Kuwa mbere 09:45:53

Mu rugendo rw’amasaha arenga atatu, amabarabara agana ahakorera inama nshingamateka y’Ubulaya yari yugawe kubera ubwinshi bw’abari mu myiyerekano.

DR Congo iratsimbaraye ku gitutu cyo kuganira na M23

2025 Werurwe 3, Kuwa mbere 05:03:33

Abajijwe uko intambara yarangira niba M23 idashyizwe mu biganiro, Suminwa yavuze ko mu kuganira n'u Rwanda igisubizo cyari cyoroshye cyakwizeza agahenge.

M23 yahaye Urwanda 'aba-FDLR', Reta ya Congo iti 'ni ikinyoma ceruye'

2025 Werurwe 2, Ku cyumweru 06:08:15

RDF ivuga ko aba barwanyi bafatiwe mu gihugu kibanyi ca Repubulika ya Demokarasi ya Congo n'inyeshamba za M23 zimaze igihe zigarurira uturere tw'iki gihugu.

OTAN: Ubwo Ubulaya bwobandanya buhanze amaso Amerika ku mutekano wabwo?

2025 Werurwe 2, Ku cyumweru 10:38:34

Trump ariko yubaka ubucuti na Putin, anerekana kandi ko Amerika ishobora kudatabara incuti zayo za Bulaya, ibi bikaba bihagaritse umutima ku bijanye na kazoza k'urunani rwo kwivunira umwansi hamwe OTAN/NATO.

Ukraine-Russia: Vladimir Putin  arashobora kwicara agatekana, akaraba iyo biherera - Steve Rosenberg

2025 Werurwe 2, Ku cyumweru 07:35:17

Isenyuka ry’imigenderanire hagati ya Ukraine na Amerika ryoba akaga gakomeye cane kuri Kyiv, ariko rikaba akarusho kanini kuri Moscou.

Ingene ikiyago ca Trump na Zelensky capfuye mu guterana amajambo kwamaze iminota 10

2025 Werurwe 1, Kuwa gatandatu 06:49:34

Volodymyr Zelensky wa Ukraine yari yizeye gukamisha urugendo rwiwe muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika, ariko rwarangijwe n’uguterana amajambo hagati ya we na Perezida Donald Trump n’icegera ciwe, gushika aho abwirwa ngo “ntaco wubaha”.

Imishamirano hagati ya  Trump na Zelensky irerekana ingorane zikomeye muri OTAN-Jeremy Bowen

2025 Werurwe 1, Kuwa gatandatu 08:35:00

Uguterana amajambo kwabaye abanyagihugu n’amakungu barorera ni ikimenyetso kandi c’ingorane ziri imbere hagati ya Amerika n’ibihugu vya Bulaya biri mw’ishirahamwe OTAN/NATO ryo kwivunira umwansi hamwe.

Umuhungu yatsinzwe urubanza yashingishirije abavyeyi biwe kuko bamurungitse muri Afrika

2025 Gashyantare 28, Kuwa gatanu 12:29:10

Uwo muhungu w'imyaka 14 w'i Londres yashingishirije urubanza abavyeyi biwe inyuma y'aho arungikiwe muri Ghana.

DR Congo: Tshisekedi yategetse Guverineri wa Kivu y'Epfo gukomeza agategekera i Uvira

2025 Gashyantare 27, Kuwa kane 05:43:54

Guverineri Purusi – usanzwe ari umwalimu muri za kaminuza – yavuze ko ubu akorera i Uvira "mu gihe dutegereje ko tubasha gusubirana intara yose".

Imvo n'Imvano ku muhamirizo w'intore mu Rwanda nyuma yo kuba umurage ndangamuco wa UNESCO

2025 Werurwe 1, Kuwa gatandatu 05:36:06

Muri iki kiganiro turaganira n'inzobere mu mateka y'intore n'abatoza bazo batubwire mu buryo burambuye byinshi ku muhamirizo w'intore n'icyo u Rwanda ruzavana ku kuba uyu muhamirizo warashyizwe ku rutonde rw'umurage ndangamuco wa UNESCO.

Imvo n'Imvano: Divin na Jesus mu gikorwa co kwibutsa no kwigisha ururimi kavukire mu ndirimbo i Buraya

2025 Gashyantare 15, Kuwa gatandatu 06:00:32

Divin Bandura hamwe na Jesus Marie Joseph Kabyinabuhiye, bashinze umurwi witwa Green Lions.

Uhora ugira ibibazo vyo kuja ku rubuga rwa BBC Gahuza? Ubu ni uburyo wokoresha

2019 Ukwakira 23, Kuwa gatatu 15:10:17

Birashika abantu mu bihugu bimwe bimwe canke uturere bakagira ibibazo vyo kuja ku mbuga za BBC ahanini bitewe n'uko haba hari abazizibiye, ariko hariho uburyo bwo gukemura ico kibazo.